ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 61:10
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 10 Nzokwigina cane kubera Yehova.

      Jewe wese, nzonezererwa Imana yanje+

      kuko yanyambitse impuzu z’ubukiriro+.

      Yanyambitse ikanzu* y’ubugororotsi.

      Meze nk’umukwe yambaye igitambara bazingira mu mutwe, nka kimwe c’abaherezi+,

      nk’umugeni yishariza n’udusharizo twiwe.

  • Abanyefeso 5:25-27
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Bagabo, mubandanye gukunda abagore banyu+ nk’uko na Kristu yakunze ishengero akaryigura+, 26 kugira ngo aryeze, aryuhagize amazi biciye kuri rya jambo+. 27 Yabigize kugira ngo ishengero arizane imbere yiwe riri mu bwiza bwakaka, ritagira agatosi canke umunkanyari canke ikintu na kimwe muri ivyo+, ahubwo ari ryeranda kandi ritagira akanenge*+.

  • Ivyahishuwe 14:4
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 4 Abo ni bo batihumanishije abagore. Ni amasugi+. Ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe nk’ivyamwa vyeze ubwa mbere*+ bishikaniwe Imana na wa Mwagazi w’intama,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika