ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 11:4, 5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    •  4 Azocira urubanza umuntu muto ata karenganyo*.

      Azokosora abantu mu bugororotsi ku neza y’abicisha bugufi* bo kw’isi.

      Azokubitisha isi inkoni y’akanwa kiwe+,

      yicishe umubisha impemu* z’iminwa yiwe+.

       5 Ubutungane* buzoba umukaba yambara mu kiyunguyungu,

      ubwizigirwa na bwo bube umukaba akenyeza mu mafyinga+.

  • Abaheburayo 1:8, 9
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 8 Mugabo ku bijanye n’Umwana wayo, ivuga ngo: «Imana ni yo ntebe yawe y’ubwami+ gushika ibihe bidahera, kandi agakoni k’Ubwami bwawe ni agakoni k’ubutungane*. 9 Wakunze ubugororotsi, wanka ubugarariji. Ni co gituma Imana, Imana yawe, yakurobanuje amavuta*+ y’umunezero kuruta bagenzawe+.»

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika