Ezekiyeli 37:27 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 27 Ihema ryanje* rizoba riri kumwe na bo*. Nzoba Imana yabo, na bo babe abantu banje+.