Ivyahishuwe 21:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, aca araza maze ambwira ati: «Ingo ndakwereke wa mugeni, umugore wa wa Mwagazi w’intama+.»
9 Umwe muri ba bamarayika indwi bari bafise amabakure indwi yuzuye ivyago indwi vya nyuma+, aca araza maze ambwira ati: «Ingo ndakwereke wa mugeni, umugore wa wa Mwagazi w’intama+.»