ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 25:1, 2
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 25 Igihe Abisirayeli baba i Shitimu+, baratanguye gusambana n’abagore b’i Mowabu+. 2 Abo bagore barabatumiye ngo basangire ibimazi bashikaniye imana zabo+, na bo batangura kurya no kwunamira izo mana+.

  • Ivyakozwe 15:28, 29
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 28 Kuko impwemu nyeranda+ hamwe na twebwe dushimye kutabongerako uwundi muzigo, kiretse ibi bintu vya nkenerwa: 29 kuguma mwirinze ivyashikaniwe ibigirwamana+, amaraso+, ibinizwe*+ n’ubusambanyi*+. Nimwitwararika kwirinda ivyo bintu muzotunganirwa. Nimukomere*!»

  • Abanyefeso 5:5
    Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
    • 5 Kuko ibi mubizi kandi mukavyiyemerera: nta musambanyi*+ canke umuntu ahumanye canke umunyamunoho+, ni ukuvuga uwusenga ibigirwamana, azogira ico atorana mu Bwami bwa Kristu n’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika