2 Petero 2:1 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga. Ivyahishuwe 2:6 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 6 Ariko hariho ikintu ndagushima: uranka ibikorwa vy’akagwi k’idini ka Nikola+, kandi na jewe ndavyanka.
2 Ariko rero harabayeho n’abahanuzi b’ikinyoma mw’ihanga ry’Imana, nk’uko no muri mwebwe hazobaho abigisha b’ikinyoma+. Bazorema mu mpisho utugwi dusambura ukwizera, bihakane na shebuja yabaguze+, bikwegere gutikizwa ningoga.
6 Ariko hariho ikintu ndagushima: uranka ibikorwa vy’akagwi k’idini ka Nikola+, kandi na jewe ndavyanka.