1 Abami 16:31 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira. 2 Abami 9:22 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 22 Yehoramu akibona Yehu, amubaza ati: «Ugenzwa n’amahoro ga Yehu?» Na we ati: «Hoba amahoro nyabaki kandi hakiriho ubusambanyi* bwa nyoko Yezebeli+ n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?»
31 Nk’aho umengo gukora ibicumuro nk’ivya Yerobowamu+ mwene Nebati cari ikintu gisanzwe, yageretseko atwara Yezebeli+ umukobwa wa Etibayali umwami w’Abanyasidoni+. Maze atangura gukorera Bayali+ no kuyunamira.
22 Yehoramu akibona Yehu, amubaza ati: «Ugenzwa n’amahoro ga Yehu?» Na we ati: «Hoba amahoro nyabaki kandi hakiriho ubusambanyi* bwa nyoko Yezebeli+ n’ubupfumu bwiwe bwinshi+?»