YEREMIYA
IBIRIMWO MURI MAKE
-
Insukoni nziza n’izindi mbi (1-10)
-
Yeremiya n’umuhanuzi w’ikinyoma Hananiya (1-17)
-
Igihugu kizosubira kugira amagara meza, gikire (1-24)
-
Akarorero k’Abarekabu ko kugamburuka (1-19)
-
Ubutumwa Yehova yahaye Baruki (1-5)
-
Ubuhanuzi bujanye n’Abafilisitiya (1-7)
-
Ubuhanuzi bujanye na Mowabu (1-47)