MATAYO
IBIRIMWO MURI MAKE
-
INSIGURO YO KU MUSOZI (1-48)
-
Yezu «arafise ububasha kw’isabato» (1-8)
Yezu akiza umugabo afise ukuboko kumugaye (9-14)
Umusavyi w’Imana, uwo ikunda cane (15-21)
Yezu yirukana amadayimoni afashijwe n’impwemu nyeranda (22-30)
Igicumuro kidaharirwa (31, 32)
Igiti kimenyekanira ku vyamwa vyaco (33-37)
«Ikimenyetso ca Yona» (38-42)
Iyo impwemu mbi igarutse (43-45)
Nyina wa Yezu na benewabo (46-50)
-
IBIGERERANYO VYEREKEYE UBWAMI (1-52)
Umubivyi (1-9)
Igituma Yezu yakoresha ibigereranyo (10-17)
Asigura ikigereranyo c’umubivyi (18-23)
Ingano be n’icatsi kibi (24-30)
Agatete ka sinapi n’umwambiro (31-33)
Akoresha ibigereranyo kugira ashitse ubuhanuzi (34, 35)
Asigura ikigereranyo c’ingano n’icatsi kibi (36-43)
Itunga ryanyegejwe be n’imaragarita nziza (44-46)
Urusenga rw’umukwabu (47-50)
Itunga rishasha n’irya kera (51, 52)
Abantu bo mu karere k’iwabo na Yezu banka kumwumviriza (53-58)
-
IKIMENYETSO C’UKUGARUKA KWA KRISTU (1-51)
-
Abaherezi baja inama yo kwica Yezu (1-5)
Amavuta amota neza asukwa kuri Yezu (6-13)
Pasika ya nyuma hamwe n’uwugurisha Yezu (14-25)
Atanguza Imfungurwa z’Umukama zo ku mugoroba (26-30)
Avuga ko Petero aza kumwihakana (31-35)
Yezu asenga ari i Getsemani (36-46)
Bafata Yezu (47-56)
Asambishirizwa imbere y’Inama nkuru (57-68)
Petero yihakana Yezu (69-75)