ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • CA-brpgm18 rup. 3-4
  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo
  • Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2017-2018 ririmwo uwuserukira ishami
  • Ivyo bijanye
  • Ibibazo vy’abasomyi
    Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2021
  • Ico Ivyagezwe vya Musa Bivuze Kuri Wewe
    Abahurikiye hamwe mu gusenga Imana imwe nsa y’ukuri
  • Iteka rya Kirisitu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1996
  • Kubaho Twisunga Iteka rya Kirisitu
    Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova—1996
Ibindi
Programa y’iteraniro ry’umuzunguruko ryo mu 2017-2018 ririmwo uwuserukira ishami
CA-brpgm18 rup. 3-4

Niwumvirize inyishu z’ibi bibazo:

  1. “Rya tegeko rya Kristu” ni iki? (Gal. 6:2)

  2. Twoshitsa gute rya tegeko rya Kristu igihe ata bandi batubona? (1 Kor. 10:31)

  3. Twoshitsa gute rya tegeko rya Kristu igihe turi mu ndimiro? (Luka 16:10; Mat. 22:39; Ivyak. 20:35)

  4. Kubera iki rya tegeko rya Kristu risumba rya Tegeko rya Musa? (1 Pet. 2:16)

  5. Abubakanye be n’abavyeyi boshitsa gute rya tegeko rya Kristu mu miryango yabo? (Ef. 5:22, 23, 25; Heb. 5:13, 14)

  6. Woshitsa gute rya tegeko rya Kristu kw’ishure? (Zab. 1:1-3; Yoh. 17:14)

  7. Dushobora gute gukunda abandi nk’uko Yezu yadukunze? (Gal. 6:1-5, 10)

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika