Urupapuro rwa mirongo itatu na kabiri
◼ Igihe abantu basenga basaba ko Ubwami bw’Imana buza, mu vy’ukuri baba bariko basaba iki?
◼ Ushobora gute kwiga kwiyumvira imbere yo kuvuga?
◼ Imana yoba yarakoresheje ivy’ihindagurika kugira ngo itume abantu babaho?
◼ Eliya yari nde, kandi ni igiki dushobora kumwigirako muri iki gihe?
◼ Dushobora kumenya neza gute ko ubuhanuzi bwo muri Bibiliya butanditswe ivyo buvuga vyaramaze kuba?
◼ Ni kubera iki Yehova Imana ari we Sebibondo aruta abandi bose?
◼ Ba bantu baragurira ku nyenyeri, boba vy’ukuri barazaniye Yezu ingabirano mw’ijoro yavukiyeko?