Ibirimwo
Nzero 2016
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
3 Baritanze babikunze—Muri Oseyaniya
INDWI YO KU WA 29 RUHUHUMA 2016–6 NTWARANTE 2016
7 Twiyemeze kureka ‘urukundo rwacu rwa kivukanyi rubandanye’!
Icanditswe cacu c’umwaka wa 2016 ni ikihe? Ni ibiki dukwiye kuzirikanako uko tugiterezako amaso muri uwo mwaka wose? Iki kiganiro kiratwereka ukuntu twokwungukira cane ku canditswe cacu c’umwaka.
INDWI YO KU WA 7-13 NTWARANTE 2016
12 Tugoberwe n’‘ingabirano ya gusa itagira uko yovugwa’ Imana yatanze
Yehova yaraduhaye ico intumwa Paulo yise ‘ingabirano ya gusa itagira uko yovugwa’ Imana yatanze. (2 Kor. 9:15) None iyo ngabirano ni iyihe? Itugobera gute gukurikira intambuko za Kristu Yezu, gukunda abavukanyi bacu no kubabarira abandi tubikuye ku mutima? Turishura ivyo bibazo twongere twihweze ibintu twokora mu kiringo c’Icibutso.
INDWI YO KU WA 14-20 NTWARANTE 2016
17 Impwemu irashinga intahe hamwe n’impwemu yacu
INDWI YO KU WA 21-27 NTWARANTE 2016
22 “Turajana”
Ivyo biganiro bibiri birasigura ingene umuntu amenya ko yahamagariwe ijuru be n’ingene bigenda kugira abe mu barobanuwe. Turihweza kandi ingene abarobanuwe bakwiye kubona ibiberekeye be n’ingene dukwiye kuvyifatamwo bishitse abihereza ku bimenyetso kw’isi yose bakongerekana.
INDWI YO KU WA 28 NTWARANTE 2016–3 NDAMUKIZA 2016
28 Gukorana n’Imana bituma tugira agahimbare
Kuva kera na rindi, Yehova yaratera agateka abandi ngo bakorane na we kugira umugambi wiwe uranguke. Ashaka ko inkuru nziza yamamazwa kw’isi yose kandi yaraduteye agateka ko kugira uruhara muri ico gikorwa. Iki kiganiro kirerekana ivyiza twironkera kubera turi abakozi bakorana n’Imana.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
MADAGASKARI
Umutsimvyi ariko arasomera icanditswe umushoferi w’umukogote ukwegwa n’impfizi z’inka, kuri Allée des Baobabs i Morondava muri Madagaskari
ABAMAMAJI
29.963
INYIGISHO ZA BIBILIYA
77.984
ABITAVYE ICIBUTSO