Integuro y’ukwiga
NTWARANTE 2016
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 2-29 RUSAMA 2016
© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
UBUBILIGI
Ingoro y’Ubwami y’i Wijnegem iri kuri rimwe mu mabarabara y’i Anvers arimwo uruja n’uruza kuruta ayandi. Icapa kibereye ijisho ca JW.ORG caramanitswe kuri iyo shantiye kuva bagitangura kwubaka
ABANYAGIHUGU
11.132.269
ABAMAMAJI
25.839
ABITAVYE ICIBUTSO (mu 2014)
44.635
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.