ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • wp16 no. 4 rup. 1
  • Bibiliya yarasimvye imanga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Bibiliya yarasimvye imanga
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro ya bose)—2016
wp16 no. 4 rup. 1
Ikinyamakuru Umunara w’Inderetsi, No. 4 2016 | Bibiliya yarasimvye imanga

Bibiliya yarasimvye imanga

No. 4 2016

© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

IKI KINYAMAKURU Umunara w’Inderetsi kiratera iteka Yehova Imana, we Mutegetsi ruheta w’ijuru n’isi. Kirahumuriza abantu biciye ku nkuru nziza y’uko vuba Ubwami bw’Imana, buno bukaba ari intwaro iriho koko yo mw’ijuru, bugiye gukuraho ubukozi bw’ikibi bwose maze buhindure isi Iparadizo. Kiraremesha abantu ngo bizere Yezu Kristu, uwapfuye kugira ngo dushobore kuronka ubuzima budahera kandi ubu akaba aganza ari Umwami w’Ubwami bw’Imana. Iki kinyamakuru gisohorwa n’Ivyabona vya Yehova ubudahengeshanya kuva mu 1879 kandi nticisuka mu vya politike. Kiguma cisunga Bibiliya.

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.

Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika