ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w16 Rusama rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
w16 Rusama rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 27 RUHESHI 2016–3 MUKAKARO 2016

3 Nutunganye ingorane mu rukundo

Kubera ko tudatunganye, ni ngombwa habe ibintu bituma tutumvikana. Iki kiganiro kirerekana ingene ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zishobora kudufasha gutunganya ingorane dufitaniye n’abandi.

INDWI YO KU WA 4-10 MUKAKARO 2016

8 “Nimugende . . . muhindure abantu bo mu mahanga yose abigishwa”

Iki kiganiro kiraca irya n’ino ibimenyamenya vyerekana ko Ivyabona vya Yehova ari bo bonyene kw’isi bariko bararangura ivyo Yezu yavuze muri Matayo 24:14. Kirasigura kandi ico kuba “abarovyi b’abantu” bisaba.​—Mat. 4:19.

INDWI YO KU WA 11-17 MUKAKARO 2016

13 Wokwisunga iki mu gufata ingingo?

Igihe ufata ingingo, woba upfa gukora ivyo wiyumvira ko bibereye? Woba ubaza abandi ico ukwiye gukora? Iki kiganiro kirasigura ingene kwemera kuyoborwa n’ivyiyumviro vya Yehova bituma dufata ingingo nziza cane.

INDWI YO KU WA 18-24 MUKAKARO 2016

18 Bibiliya yoba ikibandanya guhindura ubuzima bwawe?

Woba ubona ko ubu bikugora kuryohora kamere zawe za gikirisu kuruta amahinduka akomeye wagize imbere y’uko ubatizwa? Iki kiganiro kirasigura igituma ivyo ari urugamba, kikerekana n’ingene Ijambo ry’Imana rishobora kudufasha kubandanya dutsimbataza kamere zishimwa n’Imana.

INDWI YO KU WA 25-31 MUKAKARO 2016

23 Niwungukire bimwe bishitse ku vyo Yehova aturonsa

Iki kiganiro kiratwereka ingene twokwirinda umutego ushobora gutuma duhomba ibifungurwa vyo mu vy’impwemu vyotugirira akamaro cane. Turarimbura n’ukuntu twokwungukira ku bifungurwa vyo mu vy’impwemu vyose dufise.

28 Ivyo mu bushinguro bwacu

30 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika