ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w16 Ruheshi rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
Umunara w’Inderetsi Utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2016
w16 Ruheshi rup. 2

Ibirimwo

3 Yehova ‘arakubabaye’

INDWI YO KU WA 1-7 MYANDAGARO 2016

6 Dukenguruke kuba Yehova ari Umubumvyi wacu

INDWI YO KU WA 8-14 MYANDAGARO 2016

11 Woba ureka wa Mubumvyi Ahambaye akakubumbabumba?

Umubumvyi aritwararika cane ico abumba. Muri ibi biganiro bibiri, turarimbura ukuntu Yehova we “Mubumvyi wacu” atubumbabumba, be n’ico twokora kugira ngo tumere nk’ibumba rimworohera kubumbabumba.

16 Ibibazo vy’abasomyi

INDWI YO KU WA 15-21 MYANDAGARO 2016

18 “Yehova Imana yacu ni Yehova umwe”

Ni mu buryo butandukanye ubuhe Yehova Imana yacu ari “Yehova umwe”? Ivyo bigira ico bikoze gute ku bucuti dufitaniye na we be n’ubwo dufitaniye n’abakirisu bagenzi bacu? Muri iyi si yiciyemwo ibice irimwo abantu b’imico itandukanye, dutegerezwa gutahura ivyo Yehova adusaba kugira ngo abe “Imana yacu.”

INDWI YO KU WA 22-28 MYANDAGARO 2016

23 Ntureke ngo amakosa y’abandi agutsitaze

Abantu bose barakora amakosa ashobora kubabaza abandi. Ni uburorero ubuhe bwo muri Bibiliya bwodufasha gutahura ukuntu dukwiye kuvyifatamwo igihe abandi batubwiye canke bakoze ibintu bitubabaza?

28 Kamere irusha agaciro diyama

32 Woba uvyibuka?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika