ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Nzero rup. 1-2
  • Integuro y’ukwiga

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Integuro y’ukwiga
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Nzero rup. 1-2
Umunara w’Inderetsi w’ukwiga, Nzero 2017

Integuro y’ukwiga

NZERO 2017

IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 27 RUHUHUMA–2 NDAMUKIZA 2017

© 2016 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania

ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:

SHILI

Abamamaji bo mu bumanuko bwa Shili bariko bajana inkengera y’uruzi ruca mw’ishamba rya manyenye no mu misozi yitwa Les Andes iriko shelegi. Bari mw’isekeza ryo kwamamaza mu turere twa kure cane, kugira ngo bashikire imihana myinshi ishoboka, mu gihe ikirere kikimeze neza.

ABAMAMAJI

76.296

INYIGISHO ZA BIBILIYA

64.178

ABITAVYE ICIBUTSO (2015)

174.761

Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.

Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.

Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika