Ibirimwo
3 Inkuru y’ubuzima—Kugendana n’inkerebutsi vyaramfashije cane
INDWI YO KU WA 1-7 RUSAMA 2017
Abakirisu ntibakwiye kurenza urugero mu bijanye no gutera iteka abandi. None ni bande babereye guterwa iteka kandi kubera iki? Iki kiganiro kiradufasha kwishura ivyo bibazo, kitwereke n’ivyiza biva ku gutera iteka ababibereye.
INDWI YO KU WA 8-14 RUSAMA 2017
13 Nugaragaze ukwizera, ufate ingingo nziza!
Bibiliya ivuga ko dukwiye kuba abantu bafata ingingo. Kubera iki none dukwiye gufata ingingo nziza? Ni ibiki bizodufasha kubigira? Hoba hari igihe vyokenerwa ko duhindura ingingo twafashe? Iki kiganiro kiradufasha kwishura ivyo bibazo.
INDWI YO KU WA 15-21 RUSAMA 2017
18 Nukorere Yehova n’umutima ukwiye!
INDWI YO KU WA 22-28 RUSAMA 2017
23 Woba uzoshira umutima ku bintu vyanditswe?
Twese turakora amakosa kubera ko tudatunganye. Ariko none, vyoba bisobanura ko tudashobora guhimbara Yehova? Muri ibi biganiro bibiri, turarimbura uburorero bw’abami bane ba Yuda be n’amakosa bakoze, amwe muri yo akaba yari akomeye cane. Ariko Yehova yabonye ko bari bafise umutima ukwiye. None natwe yoba azobona ko dufise umutima ukwiye, naho bishika tugakora amakosa?