ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Mukakaro rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Mukakaro rup. 2

Ibirimwo

3 Baritanze babikunze​—Muri Tirkiya

INDWI YO KU WA 28 MYANDAGARO 2017–3 NYAKANGA 2017

7 Nurondere ubutunzi bw’ukuri

Iki kiganiro kiratwereka ingene twokoresha ivyo dutunze kugira ngo ‘twironderere abagenzi’ mw’ijuru. (Luka 16:9) Kiratwereka n’ingene twokwirinda kuba abashumba b’urudandaza rw’iyi si rurangwa n’umwina, be n’ingene twokorera Yehova twivuye inyuma.

INDWI YO KU WA 4-10 NYAKANGA 2017

12 “Murirane n’abarira”

Ni ibiki vyofasha umukirisu kwihanganira intuntu yo kubura uwiwe? Yehova aratanga uruhoza biciye kuri Yezu Kristu, ku Vyanditswe no kw’ishengero rya gikirisu. Iki kiganiro kiratwereka ingene tworonka uruhoza igihe twabuze uwacu, be n’ingene twohoza abandi.

INDWI YO KU WA 11-17 NYAKANGA 2017

17 Kubera iki ‘twoshemeza Ya’?

Zaburi ya 147 iratera akamo abasavyi ba Yehova ngo bamushemeze. Ni igiki none cakoze ku mutima cane umwanditsi w’iyo zaburi, ku buryo yipfuza ko Yehova ashemezwa? Iki kiganiro kirishura ico kibazo, kikongera kikatwereka igituma natwe dukwiye kugira icipfuzo co gushemeza Imana yacu.

INDWI YO KU WA 18-24 NYAKANGA 2017

22 ‘Nashitse imigambi yawe yose’

Abavukanyi na bashiki bacu benshi bakiri bato bariko barakora n’umwete umurimo w’igihe cose. Woba uvyipfuza nawe? Iki kiganiro kiratanga impanuro zirashe zishingiye ku Vyanditswe, zogufasha gutegekanya kazoza keza kandi gahimbaye.

27 Nutsinde urugamba rwo gukingira umuzirikanyi wawe

31 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika