ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Myandagaro rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Myandagaro rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 25 NYAKANGA 2017–1 GITUGUTU 2017

3 Woba uzorindira wihanganye?

INDWI YO KU WA 2-8 GITUGUTU 2017

8 ‘Amahoro y’Imana ararengeye ukwiyumvira kwose’

Ikiganiro ca mbere kiratwereka igituma dukwiye kurindira Yehova twihanganye. Kiratwereka n’ingene uburorero bw’abagabo n’abagore b’abizigirwa ba kera bushobora kudufasha kuba abantu barindira bihanganye. Ica kabiri, kirimbura ingene Yehova ashobora gukora ibintu bitangaje tutaba twiteze. Ivyo bituma turushiriza kumwizigira igihe turindiriye twihanganye ko ahaseruka ngo adufashe.

13 Inkuru y’ubuzima​—Kwihanganira ibigeragezo bivamwo imihezagiro

INDWI YO KU WA 9-15 GITUGUTU 2017

17 Ingene twambura burundu wa muntu wa kera

INDWI YO KU WA 16-22 GITUGUTU 2017

22 Ingene twoguma twambaye wa muntu mushasha

Ikiganiro ca mbere kirasigura ico bisobanura kwambura wa muntu wa kera, be n’igituma twobigira tudatebaganye. Kiranatwereka ivyo twokora kugira ngo tumwambure burundu. Ikiganiro ca kabiri, kiraca irya n’ino kamere zitandukanye zigize wa muntu mushasha, kikatwereka n’ingene twozigaragaza mu buzima bwacu no mu ndimiro.

27 Urukundo​—Kamere y’agaciro

30 Ivyo mu bushinguro bwacu

32 Ibibazo vy’abasomyi

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika