ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • w17 Nyakanga rup. 2
  • Ibirimwo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Ibirimwo
  • Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
Umunara w’Inderetsi utangaza Ubwami bwa Yehova (Integuro y’ukwiga)—2017
w17 Nyakanga rup. 2

Ibirimwo

INDWI YO KU WA 23-29 GITUGUTU 2017

3 Nube umuntu yigumya

Yehova ni we Ruheta mu kwigumya. None abantu bomwigana gute? Ni ibiki vyogufasha kurushiriza kwigumya?

INDWI YO KU WA 30 GITUGUTU 2017–5 MUNYONYO 2017

8 Niwigane impuhwe za Yehova

Kuba umunyempuhwe bisobanura iki? Yehova na Yezu ni bo karorero ntangere mu bijanye no kugaragara impuhwe. None ni mu buryo butandukanye ubuhe twobigana? Kandi kubigana bishobora gutuma twironkera ivyiza ibihe?

13 Inkuru y’ubuzima​—Naratewe agateka ko gukorana n’abagabo bakomeye mu kwizera

INDWI YO KU WA 6-12 MUNYONYO 2017

18 ‘Ijambo ry’Imana yacu rizogumaho’

INDWI YO KU WA 13-19 MUNYONYO 2017

23 ‘Ijambo ry’Imana rirafise ububasha’

Kubera iki biri n’ico bivuze kubona Bibiliya iguma irushiriza kuboneka mu ndimi nyinshi? Twokwerekana gute ko dukenguruka kubona Bibiliya iri mu rurimi dushobora gutahura? Ibi biganiro bizotuma turushiriza guha agaciro Bibiliya no gukunda cane Uwo ikomokako.

INDWI YO KU WA 20-26 MUNYONYO 2017

28 “Gira umutima rugabo . . . ukore”

Abakirisu barakeneye kugira umutima rugabo. None uburorero bw’abagaragaje umutima rugabo muri kahise bwodufasha gute? Abakiri bato, abavyeyi, bashiki bacu bitereye mu myaka be n’abavukanyi babatijwe, bogaragaza gute ko bafise umutima rugabo be n’uko biteguriye gukora ibikorwa vyiza?

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika