Integuro y’ukwiga
GITUGUTU 2017
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA: 27 MUNYONYO–24 KIGARAMA 2017
© 2017 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
NIJERIYA
Kimwe mu bibanza vyinshi Ivyabona bamamazamwo ku mugaragaro i Lagos. Igisagara ca Lagos ni co kibamwo abantu benshi kuruta ibindi bisagara vyose muri Afrika. Muri ico kibanza, buri kwezi abantu nka batandatu barasaba kugirirwa inyigisho ya Bibiliya
ABAMAMAJI
370.336
INYIGISHO ZA BIBILIYA
870.185
ABITAVYE ICIBUTSO (2016)
774.874
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye.
Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri www.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.