Integuro y’ukwiga
MUKAKARO 2019
IBIGANIRO VY’UKWIGA KUVA KU WA 2-29 NYAKANGA 2019
© 2019 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
Iki kinyamakuru si ico kugurisha. Gitanzwe mu bijanye n’igikorwa kirangurirwa kw’isi yose c’ukwigisha Bibiliya gishigikirwa n’intererano zitangwa n’abavyishakiye. Wipfuza gutanga intererano, nuje kuri donate.jw.org.
Kiretse aho vyerekanywe ukundi, amajambo yo mu Vyanditswe yakoreshejwe yakuwe muri Bibiliya y’isi nshasha, yahinduwe hakoreshejwe imvugo ya none.
ISHUSHO YO KU GIPFUKISHO:
Abamamaji b’Ubwami benshi baritwararika abantu bava mu bihugu bitarimwo abakirisu maze bakababwira ubukerebutsi ngirakamaro dusanga muri Bibiliya (Raba ikiganiro c’ukwiga ca 30, ingingo ya 12-13)