ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/02 rup. 5
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2002
Igikorwa dukorera Ubwami—2002
km 7/02 rup. 5

Amatangazo

◼ Ibisohokayandikiro vyo gushikiriza muri Mukakaro na Myandagaro: Ako ari ko kose mu dutabu tw’impapuro 32 dukurikira koshobora gukoreshwa: Bitugendera Gute Iyo Dupfuye?, Dieu se soucie-t-il vraiment de nous?, Doit-on croire à la Trinité?, Intwaro Izozana Iparadizo, Iyo Uwo Wakunda Apfuye, Kuba kw’isi ibihe bidashira mu gahimbare!, Le nom divin qui demeure à jamais, Quel est le but de la vie? Comment le découvrir? hamwe na “Voici, je fais toutes choses nouvelles.” Udutabu Connaîtrons-nous un jour un monde sans guerre?, Imizimu y’Abapfuye—Yoba Ishobora Kugufasha Canke Kugutera? Ubwo Irabaho vy’Ukuri?, Nos problèmes: qui nous aidera à les résoudre? hamwe na Un livre pour tous, twoshobora gushikirizwa aho bibereye. Udutabu La voie de Dieu est une voie d’amour, Les esprits invisibles—Sont-ils bons ou malfaisants? hamwe na Y a-t-il un Dieu qui se soucie de nous? na two nyene twoshobora gushikirizwa. Nyakanga: La Révélation: le grand dénouement est proche! canke La vie: comment est-elle apparue? Évolution ou création? Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Réveillez-vous! Aho abantu bashimishijwe, nushikirize agatabu Ni Ibiki Imana Idusaba?, ugire akigoro kadasanzwe ko gutanguza inyigisho za Bibiliya.

◼ Guhera muri Nyakanga, abacungezi b’imizunguruko bazoshikiriza insiguro y’icese izoba ifise umutwe uvuga uti: “Nuzigame Akaranga Kawe k’Ubukirisu!”

◼ Ibisohokayandikiro Bishasha Biboneka:

La prophétie d’Isaïe, lumière pour tous les humains I—mu Kigujarati no mu Gihindi

Umuntu Ahambaye Kuruta Ababayeho Bose—mu Kinyarwanda

◼ Disques compacts zo Kuraba mu Buryo bw’Isenema Ziboneka:

Ni Ibiki Imana Idusaba?—mu Mvugo y’Ibimenyetso y’Ikinyamerika

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2027)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika