ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • km 7/14 rup. 4
  • Amatangazo

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

  • Amatangazo
  • Igikorwa dukorera Ubwami—2014
Igikorwa dukorera Ubwami—2014
km 7/14 rup. 4

Amatangazo

◼ Ivyo tuzoshikiriza muri Mukakaro: Abamamaji boshobora gushikiriza kamwe muri utu dutabu tw’impapuro 32: Inkuru nziza iva ku Mana, Niwumvirize Imana canke Niwumvirize Imana maze ubeho ibihe bidahera. Myandagaro: Isekeza ridasanzwe ryo gushikiriza agapapuro k’inkuru nziza gashasha kamenyesha ibijanye n’umuhora wo kuri Internet wa jw.org. Nyakanga na Gitugutu: Ibinyamakuru Umunara w’Inderetsi na Be maso!

◼ Kubera ko muri Myandagaro tuzoba turiko turabwira abantu ibijanye n’umuhora wacu wa jw.org, vyoba vyiza tugize uko dushoboye kwose tukamenya kuwukoresha. (Rom. 2:21) Nimba wipfuza kumenya kuwukoresha ariko ukaba utazi ingene wobigira, ntiwitinye kubaza umukurambere.

    Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
    Sohoka
    Injira
    • Ikirundi
    • Rungika
    • Uko vyoza bimeze
    • Copyright © 2026 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
    • Amasezerano agenga ikoreshwa
    • Ibijanye no kugumya ibanga
    • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
    • JW.ORG
    • Injira
    Rungika