Kuvayo 30:25 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 25 Uzobikoramwo amavuta meranda yo kurobanuza. Akwiye kuba avanze ku buhinga*+. Azoba ari amavuta meranda yo kurobanuza.
25 Uzobikoramwo amavuta meranda yo kurobanuza. Akwiye kuba avanze ku buhinga*+. Azoba ari amavuta meranda yo kurobanuza.