Abalewi 18:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ntuze uryamane n’umukazana wawe+. Ni umugore w’umuhungu wawe. Ntukwiye kuryamana na we.