Abalewi 25:40 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 40 Ukwiye kumufata nk’umukozi+ canke umwimukira. Azogukorera gushika ku mwaka wa Yubile.