Abalewi 25:49 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 49 Sewabo canke umuhungu wa sewabo canke incuti iyo ari yo yose ya hafi*, ni ukuvuga umuntu wo mu muryango wiwe, na we nyene arashobora kumucungura. Aramutse abaye umutunzi na ho, ubwiwe arashobora kwicungura+.
49 Sewabo canke umuhungu wa sewabo canke incuti iyo ari yo yose ya hafi*, ni ukuvuga umuntu wo mu muryango wiwe, na we nyene arashobora kumucungura. Aramutse abaye umutunzi na ho, ubwiwe arashobora kwicungura+.