-
Gusubira mu vyagezwe 14:8Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
8 Ingurube na yo nyene ntimukwiye kuyirya, kuko ifise ikinono gisatuye mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe. Ntimukwiye kurya inyama z’ivyo bikoko canke ngo mukore ku mivyimba yavyo.
-