Gusubira mu vyagezwe 28:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Yehova azobugururira ikigega ciwe ciza ari ryo juru, kugira aronse igihugu canyu imvura ku gihe ciza+ no kugira ahezagire ivyo mukora vyose. Muzoha ingurane amahanga menshi, ariko mwebwe ntimuzosaba ingurane+.
12 Yehova azobugururira ikigega ciwe ciza ari ryo juru, kugira aronse igihugu canyu imvura ku gihe ciza+ no kugira ahezagire ivyo mukora vyose. Muzoha ingurane amahanga menshi, ariko mwebwe ntimuzosaba ingurane+.