Gusubira mu vyagezwe 31:4 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 4 Yehova azoyatikiza nk’uko yatikije Sihoni+ na Ogi+, ba bami b’Abamori hamwe n’igihugu cabo+.