1 Abami 18:12 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 12 Nitwamara kuvana, impwemu ya Yehova ica ikujana+ aho ntazi. Wumva none ninabwira Ahabu ko uri ng’aha hanyuma akakubura, adaca anyica? Yamara jewe umusavyi wawe namye ntinya Yehova kuva mu buto bwanje.
12 Nitwamara kuvana, impwemu ya Yehova ica ikujana+ aho ntazi. Wumva none ninabwira Ahabu ko uri ng’aha hanyuma akakubura, adaca anyica? Yamara jewe umusavyi wawe namye ntinya Yehova kuva mu buto bwanje.