1 Abami 21:13 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 13 Nuko abagabo babiri b’imburakimazi baraza bicara imbere ya Naboti batangura kumwagiriza imbere y’abantu bati: «Naboti yavumye Imana n’umwami+!» Abantu baca bamujana hanze y’igisagara bamwicisha amabuye+.
13 Nuko abagabo babiri b’imburakimazi baraza bicara imbere ya Naboti batangura kumwagiriza imbere y’abantu bati: «Naboti yavumye Imana n’umwami+!» Abantu baca bamujana hanze y’igisagara bamwicisha amabuye+.