-
1 Abami 22:6Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
6 Maze umwami wa Isirayeli akoraniriza hamwe abahanuzi. Bari nk’abagabo 400. Ababaza ati: «Nje gutera i Ramoti-Gileyadi canke ndeke?» Bamwishura bati: «Genda kandi Yehova aragufasha kuhatsinda, mwami.»
-