1 Abami 22:21 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 21 Haca haza umumarayika*+, ahagarara imbere ya Yehova, avuga ati: “Jewe ndamuhenda.” Yehova aca amubaza ati: “Ubigenza gute?”
21 Haca haza umumarayika*+, ahagarara imbere ya Yehova, avuga ati: “Jewe ndamuhenda.” Yehova aca amubaza ati: “Ubigenza gute?”