1 Abami 22:52 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 52 Aguma akora ivyo Yehova abona ko ari bibi. Akurikira akarorero kabi ka se+ na nyina+ n’aka Yerobowamu mwene Nebati, umwe yatuma Abisirayeli bacumura+.
52 Aguma akora ivyo Yehova abona ko ari bibi. Akurikira akarorero kabi ka se+ na nyina+ n’aka Yerobowamu mwene Nebati, umwe yatuma Abisirayeli bacumura+.