2 Abami 2:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Elisha aca afata iyo mpuzu* ya Eliya, ayikubitisha amazi maze avuga ati: «Yehova Imana ya Eliya ari hehe?» Akubise amazi, aca yigaburamwo kubiri, amwe iburyo ayandi ibubamfu, araheza arajabuka+. 2 Abami Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:14 Umunara w’Inderetsi,15/4/2015, rup. 13
14 Elisha aca afata iyo mpuzu* ya Eliya, ayikubitisha amazi maze avuga ati: «Yehova Imana ya Eliya ari hehe?» Akubise amazi, aca yigaburamwo kubiri, amwe iburyo ayandi ibubamfu, araheza arajabuka+.