2 Abami 2:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Ba bana b’abahanuzi b’i Yeriko bamubonye nka hariya, bavuga bati: «Elisha asigaye afise impwemu ya Eliya+.» Nuko baza kumusanganira, maze baramwunamira bashika hasi.
15 Ba bana b’abahanuzi b’i Yeriko bamubonye nka hariya, bavuga bati: «Elisha asigaye afise impwemu ya Eliya+.» Nuko baza kumusanganira, maze baramwunamira bashika hasi.