-
2 Abami 4:25Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
25 Nuko agenda kuraba wa muntu w’Imana y’ukuri ku musozi Karumeli. Nya muntu w’Imana y’ukuri amubona akiri kure, aca abwira umusuku wiwe Gehazi ati: «Ehe raba wa mugore w’i Shunemu araje.
-