2 Abami 10:7 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami uko ari 70 barabica+. Baca bashira imitwe yabo mu bisimbo, baraheza barayimurungikira i Yezireli.
7 Nya kete rikimara kubashikira, bafata abo bahungu b’umwami uko ari 70 barabica+. Baca bashira imitwe yabo mu bisimbo, baraheza barayimurungikira i Yezireli.