2 Abami 10:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 Bukeye mu gitondo, Yehu arasohoka ahagarara imbere y’abantu bose, ababwira ati: «Mwebwe nta kibi mwakoze*. Ni ivy’ukuri ko nateguye umugambi wo kugirira nabi umwami, ndamwica+. Mugabo none aba bose ni nde yabishe?
9 Bukeye mu gitondo, Yehu arasohoka ahagarara imbere y’abantu bose, ababwira ati: «Mwebwe nta kibi mwakoze*. Ni ivy’ukuri ko nateguye umugambi wo kugirira nabi umwami, ndamwica+. Mugabo none aba bose ni nde yabishe?