-
1 Ngoma 29:14Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
14 Yamara, twe n’abantu banje turi iki ngo dushobore gutanga amashikanwa nk’aya tuvyishakiye? Erega vyose biva iwawe, kandi twaguhaye ivyavuye mu kuboko kwawe.
-