1 Ngoma 29:17 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 17 Mana yanje, ndazi neza yuko usuzuma umutima+ kandi yuko uhimbarwa n’umutima ugororotse+. Ntanze ibi vyose n’umutima ugororotse* ndavyishakiye. Mfise umunezero mwinshi kubona abantu bawe bari ng’aha baguha amashikanwa bavyishakiye.
17 Mana yanje, ndazi neza yuko usuzuma umutima+ kandi yuko uhimbarwa n’umutima ugororotse+. Ntanze ibi vyose n’umutima ugororotse* ndavyishakiye. Mfise umunezero mwinshi kubona abantu bawe bari ng’aha baguha amashikanwa bavyishakiye.