-
Nehemiya 9:32Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
32 None rero Mana yacu, Mana ihambaye, ikomeye kandi iteye akoba, wewe washikije ivyo wasezeranye ukerekana n’urukundo rudahera*+, turagusavye ntiwirengagize amagume yose yadushikiye twe n’abami bacu, abatware bacu+, abaherezi bacu+, abahanuzi bacu+, ba sogokuruza bacu n’abantu bawe bose, kuva mu misi y’abami ba Ashuri+ gushika n’uyu musi.
-