-
Zaburi 87:5Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
5 Ku vyerekeye Siyoni na ho bazovuga bati:
«Bose ni ho bavukiye.»
Kandi Musumbavyose azohakomeza.
-
5 Ku vyerekeye Siyoni na ho bazovuga bati:
«Bose ni ho bavukiye.»
Kandi Musumbavyose azohakomeza.