3 Abantu barabaza ngo: «Umugabo yirukanye umugore wiwe akagenda, akaba umugore w’uwundi mugabo, mbega yoba akimucura?»
Wumva ico gihugu kitahumanye rwose+?
«Wakoze ubumaraya, uryamana n’abagabo benshi+.
Ubu rero ushaka kungarukako?» ni ko Yehova avuze.