Ezekiyeli 19:10 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 10 Nyoko wawe yari nk’umuzabibu*+ utewe iruhande y’amazi. Amazi menshi yatumye uwo muzabibu wama ivyamwa, wuzura n’amashami.
10 Nyoko wawe yari nk’umuzabibu*+ utewe iruhande y’amazi. Amazi menshi yatumye uwo muzabibu wama ivyamwa, wuzura n’amashami.