-
Ezekiyeli 20:40Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
-
-
40 “Kuko ku musozi wanje mweranda, ku musozi muremure wo muri Isirayeli+, ari ho mwese Abisirayeli uko mungana muzonkorera muri muri ico gihugu+”, ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. “Muzompimbara muri ng’aho, kandi nzobasaba intererano zanyu n’amashikanwa yanyu meza kuruta ayandi, ibintu vyanyu vyeranda vyose+.
-