Hoseya 5:14 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 14 Nzoba nk’intambwe y’umukangara kuri Efurayimu,mbe nk’intambwe ikomeye* ku bantu bo mu Buyuda. Jewe ubwanje nzobatabagura maze nigire+.Nzobatwara kandi nta n’umwe azobarokora+.
14 Nzoba nk’intambwe y’umukangara kuri Efurayimu,mbe nk’intambwe ikomeye* ku bantu bo mu Buyuda. Jewe ubwanje nzobatabagura maze nigire+.Nzobatwara kandi nta n’umwe azobarokora+.